Jump to content

Indwara ya Hasima: Ubutandukane hagati y'isubirwamwo

Kuva Wikipedia
Content deleted Content added
tNo edit summary
Amaparati: Visual edit Mobile edit Mobile web edit
t Gusiga indome
Amaparati: Visual edit Mobile edit Mobile web edit
Umurongo 5: Umurongo 5:

UKO HASIMA IFATA
UKO HASIMA IFATA

Indwara ya hasima twovuga ahanini ko kugira uyandure nuko umuntu aba yaragize ikibazo mu mahaha yiwe,hari igihe uturingoti twinjiza impwemu mu mahaha bita *bronches* n'udushami twatwo bita *bronchioles* dukabirana maze uruziri bita *mucus* rukisuka murico gihe rubuza ko impemu zirengana vyoroshe.

Isubirwamwo nka 07:52, 26 Ruheshi 2024

INDWARA YA HASIMA (Asthme)

Indwara ya Hasima iri mu ndwara zifata ibihimba vy'ihemero(amahaha) iyo ndwara iri mundwara zibangamiye abantu benshi cane kw'isi.

UKO HASIMA IFATA:

Indwara ya hasima twovuga ahanini ko kugira uyandure nuko umuntu aba yaragize ikibazo mu mahaha yiwe,hari igihe uturingoti twinjiza impwemu mu mahaha bita *bronches* n'udushami twatwo bita *bronchioles* dukabirana maze uruziri bita *mucus* rukisuka murico gihe rubuza ko impemu zirengana vyoroshe.

IBIMENYETSO VYA HASIMA

👉Guhema udashikana (dyspnée)

👉Gukorora cane mbere ugakorora ubusa ( taux sèche)

👉Kubira indugumba (transpiration)

👉 Guhema ujwirahira (respiration siflante)

👉 Kwumva mugikiriza umenga haratekeye

👉 Gucika umugongo

👉 Kumeneka umutwe

IBITERA HASIMA

Ubwandu bwimigera(Infection bacterienne)

Itabi

Akaronda

N'ibindi

IVYO KWIRINDA NTIWAME MURI MUNGORANE ZA HASIMA:

👉Irinde kuja mu mbeho canke ahantu hakanye

👉Irinde imyotsi,intumuka canke ahantu hari abantu benshi cane.